Itanguriro 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+. Zaburi 48:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko iyi Mana ari yo Mana yacu gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Ni yo izoturongōra gushika dupfe+. Yeremiya 31:1 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Ico gihe,” ni ko Yehova avuze, “nzobera Imana imiryango yose ya Isirayeli; na bo bazoba abantu banje+.”
7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+.
14 Kuko iyi Mana ari yo Mana yacu gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Ni yo izoturongōra gushika dupfe+.
31 “Ico gihe,” ni ko Yehova avuze, “nzobera Imana imiryango yose ya Isirayeli; na bo bazoba abantu banje+.”