Guharura 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi abantu baguma bavuga nabi Imana+ na Musa+ ngo: “Kubera iki mwatuduganye mudukuye mu Misiri kugira dupfire mu gahinga+? Kuko ata mukate n’amazi bihari+, kandi dusigaye twarazinutswe uyu mukate ugayitse+.”
5 Kandi abantu baguma bavuga nabi Imana+ na Musa+ ngo: “Kubera iki mwatuduganye mudukuye mu Misiri kugira dupfire mu gahinga+? Kuko ata mukate n’amazi bihari+, kandi dusigaye twarazinutswe uyu mukate ugayitse+.”