Kuvayo 40:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hanyuma ashira ca gicaniro+ c’ishikanwa riturirwa ku bwinjiriro bw’itaberenakulo y’ihema ry’ihuriro, kugira ashikanire kuri co ishikanwa riturirwa+ be n’ishikanwa ry’intete, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. Kuvayo 40:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.
29 Hanyuma ashira ca gicaniro+ c’ishikanwa riturirwa ku bwinjiriro bw’itaberenakulo y’ihema ry’ihuriro, kugira ashikanire kuri co ishikanwa riturirwa+ be n’ishikanwa ry’intete, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.