Guharura 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Yehova avuga ati: “Ndabababariye koko nk’uko uvuze+. Yeremiya 30:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kuko ndi kumwe nawe,” ni ko Yehova avuze, “kugira ngukize+; mugabo nzotikiza amahanga yose nagusanzarijemwo+. Ariko weho sinzogutikiza+. Nzogukosora koko ku rugero rubereye, kuko ntazobura kuguhana+.” Gucura intimba 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo+ vya Yehova ni vyo vyatumye tudaherengetera+, kuko imbabazi ziwe zitazogenda ziheze+.
11 “Kuko ndi kumwe nawe,” ni ko Yehova avuze, “kugira ngukize+; mugabo nzotikiza amahanga yose nagusanzarijemwo+. Ariko weho sinzogutikiza+. Nzogukosora koko ku rugero rubereye, kuko ntazobura kuguhana+.”
22 Ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo+ vya Yehova ni vyo vyatumye tudaherengetera+, kuko imbabazi ziwe zitazogenda ziheze+.