Zaburi 86:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nunezereze umutima w’umusavyi wawe+,Kuko nkirurutsa umutima wanje kuri wewe, ewe Yehova+. Zaburi 149:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Isirayeli ninezererwe Umuhinguzi wayo Ahambaye+,Abana ba Siyoni, emwe, nibahimbarirwe Umwami wabo+. Abafilipi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwame munezerwa mu Mukama+. Ndongeye kubivuga: Nimunezerwe+!
2 Isirayeli ninezererwe Umuhinguzi wayo Ahambaye+,Abana ba Siyoni, emwe, nibahimbarirwe Umwami wabo+.