Kuvayo 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Ehe ndungitse umumarayika+ imbere yawe ngo akuzigame ku nzira yongere akuzane ahantu nateguye+. Kuvayo 32:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ubu rero, ingo uyobore abantu ubajane aho nakubariye. Ehe umumarayika wanje azokuja imbere+, kandi umusi nazanye igihano, nzobazanako igihano koko kubera igicumuro cabo+.” Abaheburayo 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?
34 Ubu rero, ingo uyobore abantu ubajane aho nakubariye. Ehe umumarayika wanje azokuja imbere+, kandi umusi nazanye igihano, nzobazanako igihano koko kubera igicumuro cabo+.”
14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?