Zaburi 66:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iganzisha ubushobozi bwayo gushika igihe kitagira urugero+.Amaso yayo aguma areretse amahanga+.Nayo intagondwa, ntizishire hejuru+. Sela. Zaburi 83:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+. Zaburi 97:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.
7 Iganzisha ubushobozi bwayo gushika igihe kitagira urugero+.Amaso yayo aguma areretse amahanga+.Nayo intagondwa, ntizishire hejuru+. Sela.
9 Kuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Musumbavyose hejuru y’isi yose+;Waduze hejuru cane y’izindi mana zose+.