Abalewi 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ayo ni yo mabwirizwa+ Yehova yahaye Musa ngo abere amategeko bene Isirayeli, ku musozi Sinayi+. Guharura 36:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ayo ni yo mabwirizwa+ n’ingingo z’ubutungane Yehova yategetse bene Isirayeli biciye kuri Musa, mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, iruhande ya Yorodani aharabana n’i Yeriko+. Zaburi 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amateka+ ava kuri Yehova aragororotse+, atuma umutima unezerwa+;Ibwirizwa+ rya Yehova ntiryanduye+, rikayanganisha amaso+. Zaburi 119:151 Bibiliya y’isi nshasha 151 Uri hafi, ewe Yehova+,Kandi amabwirizwa yawe yose ni ukuri+. Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.
13 Ayo ni yo mabwirizwa+ n’ingingo z’ubutungane Yehova yategetse bene Isirayeli biciye kuri Musa, mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu, iruhande ya Yorodani aharabana n’i Yeriko+.
8 Amateka+ ava kuri Yehova aragororotse+, atuma umutima unezerwa+;Ibwirizwa+ rya Yehova ntiryanduye+, rikayanganisha amaso+.
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.