Mariko 8:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko uwo wese aterwa isoni nanje be n’amajambo yanje muri iri yaruka ry’irisambanyi kandi ry’iricumuzi, n’Umwana w’umuntu azoterwa isoni+ na we niyashika mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika beranda+.” Abaroma 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko ntaterwa isoni+ n’inkuru nziza; nkako, ni yo bubasha bw’Imana+ buzanira ubukiriro umuntu wese afise ukwizera+, ubwa mbere Umuyuda+ hanyuma n’Umugiriki+;
38 Kuko uwo wese aterwa isoni nanje be n’amajambo yanje muri iri yaruka ry’irisambanyi kandi ry’iricumuzi, n’Umwana w’umuntu azoterwa isoni+ na we niyashika mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika beranda+.”
16 Kuko ntaterwa isoni+ n’inkuru nziza; nkako, ni yo bubasha bw’Imana+ buzanira ubukiriro umuntu wese afise ukwizera+, ubwa mbere Umuyuda+ hanyuma n’Umugiriki+;