Yobu 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amaboko yawe ni yo yambumbabumvye, arankora+Uko nakabaye, impande zose, yamara ugira umire. Zaburi 100:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+. Zaburi 138:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+. Zaburi 139:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzoguhaya kuko ndemwe mu buryo bw’agatangaza buteye ubwoba+.Ibikorwa vyawe ni agatangaza+,Kandi umutima wanje urabizi neza cane+.
3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.
8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+.
14 Nzoguhaya kuko ndemwe mu buryo bw’agatangaza buteye ubwoba+.Ibikorwa vyawe ni agatangaza+,Kandi umutima wanje urabizi neza cane+.