Gusubira mu vyagezwe 4:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.” Ezira 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko Ezira yari yarateguriye+ umutima wiwe gusuzuma itegeko rya Yehova+, kurikurikiza+ no kwigisha+ muri Isirayeli ingingo nyobozi+ be n’ubutungane+. Zaburi 119:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Imigozi y’ababisha yarankikuje+.Sinibagiye itegeko ryawe+. Zaburi 119:176 Bibiliya y’isi nshasha 176 Nangaye nk’intama yazimiye+. Yoo! rondera umusavyi wawe+,Kuko ntibagiye amabwirizwa yawe+.
40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.”
10 Kuko Ezira yari yarateguriye+ umutima wiwe gusuzuma itegeko rya Yehova+, kurikurikiza+ no kwigisha+ muri Isirayeli ingingo nyobozi+ be n’ubutungane+.