Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+. Zaburi 101:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Sinzoshira imbere y’amaso yanje ikintu na kimwe kitagira akamaro+.Emwe, igikorwa c’abata inzira ndacanka+;Ntikinyumirako+. Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Imigani 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ijambo ry’ikinyoma ni ryo abagororotsi banka+, mugabo ababisha bo bakora ivy’akamaramaza bakikwegera agateterwe+. Abaroma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Urukundo+ rwanyu ntirubemwo ubwiyorobetsi+. Muzinukwe ikibi+, mwumire ku ciza+.
10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.
3 Sinzoshira imbere y’amaso yanje ikintu na kimwe kitagira akamaro+.Emwe, igikorwa c’abata inzira ndacanka+;Ntikinyumirako+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
5 Ijambo ry’ikinyoma ni ryo abagororotsi banka+, mugabo ababisha bo bakora ivy’akamaramaza bakikwegera agateterwe+.