-
Nehemiya 10:29Bibiliya y’isi nshasha
-
-
29 bifatanya na bene wabo+, abakomakomeye babo+, bararahira+, bemera no kuvumwa baramutse babirenzeko+, yuko bazogendera mw’itegeko ry’Imana y’ukuri, iryari ryaratanzwe biciye ku kuboko kwa Musa umusavyi w’Imana y’ukuri+, be n’uko bazogumya+ bakongera bagashitsa amabwirizwa yose ya Yehova Umukama+ wacu n’ingingo z’ubutungane ziwe n’ingingo nyobozi ziwe+;
-