Zaburi 119:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Imigozi y’ababisha yarankikuje+.Sinibagiye itegeko ryawe+. Zaburi 119:153 Bibiliya y’isi nshasha 153 Yoo! nubone amarushwa yanje, untabare+;Kuko ntibagiye itegeko ryawe+.