Zaburi 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Haguruka, Yehova we! Umuntu buntu ntabe ari we yiganza mu nkomezi+.Amahanga nacirwe urubanza mu maso yawe+. Zaburi 102:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,Kuko igihe cashinzwe gishitse+. Yesaya 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+. Yeremiya 18:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo wewe, ewe Yehova, urazi neza inama yabo yose bangiriye ngo banyice+. Ntupfuke ikosa ryabo, kandi ntuhanagure ico gicumuro cabo ngo kive imbere yawe; mugabo nibatsitare imbere yawe+. Mu gihe c’ishavu ryawe, nubahagurukire+.
19 Haguruka, Yehova we! Umuntu buntu ntabe ari we yiganza mu nkomezi+.Amahanga nacirwe urubanza mu maso yawe+.
13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,Kuko igihe cashinzwe gishitse+.
21 Kuko Yehova azohaguruka nko ku musozi Perazimu+, azohagarika umutima nko muri ca kiyaya co hasi hafi ya Gibeyoni+, kugira ngo yikorere ikintu—ikintu yikorera ni agatangaza—no kugira ngo akore igikorwa ciwe—igikorwa ciwe si igisanzwe+.
23 Mugabo wewe, ewe Yehova, urazi neza inama yabo yose bangiriye ngo banyice+. Ntupfuke ikosa ryabo, kandi ntuhanagure ico gicumuro cabo ngo kive imbere yawe; mugabo nibatsitare imbere yawe+. Mu gihe c’ishavu ryawe, nubahagurukire+.