2 Ngoma 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+. Zaburi 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ukuboko kwawe kuzoshikira abansi bawe bose+;Ukuryo kwawe kuzoshikira abakwanka. Zaburi 81:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo abanka Yehova urunuka, bazoza kuri we bahinda agashitsi+,Kandi igihe cabo kizoba ico gushika igihe kitagira urugero. 2 Abakorinto 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?
2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.
15 Nayo abanka Yehova urunuka, bazoza kuri we bahinda agashitsi+,Kandi igihe cabo kizoba ico gushika igihe kitagira urugero.
14 Ntimuboherwe ku ngǒgo* hamwe n’abatemera+ kandi bitajana. Kuko, ubugororotsi n’ubugarariji bihuriye ku ki+? Canke umuco usangiye iki n’umwiza+?