Itanguriro 40:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu misi itatu uhereye ubu Farawo azoduza umutwe wawe, agusubize koko mw’ibanga ryawe+; nawe ata gukeka uzoshira igikombe ca Farawo mu kiganza ciwe, nk’uko wahora ubigira igihe wakora igikorwa co kumuhereza ibinyobwa+. Zaburi 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze umutwe wanje uzoba hejuru cane y’abansi banje irya n’ino yanje+;Kandi kw’ihema ryiwe nzoshikana ibimazi vy’akaruru k’umunezero+;Nzoririmba nongere mpibongoreze Yehova+.
13 Mu misi itatu uhereye ubu Farawo azoduza umutwe wawe, agusubize koko mw’ibanga ryawe+; nawe ata gukeka uzoshira igikombe ca Farawo mu kiganza ciwe, nk’uko wahora ubigira igihe wakora igikorwa co kumuhereza ibinyobwa+.
6 Maze umutwe wanje uzoba hejuru cane y’abansi banje irya n’ino yanje+;Kandi kw’ihema ryiwe nzoshikana ibimazi vy’akaruru k’umunezero+;Nzoririmba nongere mpibongoreze Yehova+.