1 Ngoma 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+. Matayo 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu. Luka 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi mukize+ abarwaye bo muri co, kandi mubandanye kubabwira muti: ‘Ubwami+ bw’Imana burabegereye.’
11 Ubukuru+ n’ubushobozi+ n’ubwiza+ n’ukuba agahebuza+ n’iteka+ ni ivyawe, ewe Yehova; kuko ikintu cose mu majuru no mw’isi ari icawe+. Ubwami ni ubwawe+, ewe Yehova, wewe mukuru ari hejuru ya vyose*+.
23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu.
9 kandi mukize+ abarwaye bo muri co, kandi mubandanye kubabwira muti: ‘Ubwami+ bw’Imana burabegereye.’