Guharura 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yehova yunamurire amaso yiwe kuri wewe+ yongere aguhe amahoro+.”’ Zaburi 80:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Mana nyen’ingabo, nutugarukane+;Nuboneshe mu maso hawe, tubone gukizwa+. Zaburi 89:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hahiriwe abantu bazi akaruru k’umunezero ico ari co+.Ewe Yehova, mu muco wo mu maso hawe ni ho baguma bagendera+. Zaburi 119:135 Bibiliya y’isi nshasha 135 Nutume mu maso hawe hakayanganira ku musavyi wawe+,Kandi unyigishe ingingo nyobozi zawe+. Imigani 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu muco wo mu maso h’umwami hari ubuzima+, kandi ubutoni bwiwe ni nk’igicu c’imvura y’impeshi+. 1 Petero 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”
15 Hahiriwe abantu bazi akaruru k’umunezero ico ari co+.Ewe Yehova, mu muco wo mu maso hawe ni ho baguma bagendera+.
12 Kuko amaso+ ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo+; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi+.”