Yohani 1:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Yezu abona Natanayeli aza amugana, avuga ku bimwerekeye ati: “Raba, Umwisirayeli vy’ukuri, atarimwo ubuhendanyi+.”
47 Yezu abona Natanayeli aza amugana, avuga ku bimwerekeye ati: “Raba, Umwisirayeli vy’ukuri, atarimwo ubuhendanyi+.”