ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 40:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Vyongeye, yashize mu kanwa kanje ururirimbo rushasha,

      Ururirimbo rwo gushemeza Imana yacu+.

      Benshi bazobibona batinye+,

      Kandi bazokwizigira Yehova+.

  • Zaburi 98:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 98 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,

      Kuko ivyo yakoze ari agatangaza+.

      Ukuryo kwiwe, mbere ukuboko kwiwe kweranda, kwamuronkeje ubukiriro+.

  • Zaburi 149:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 149 Shemeze Ya+!

      Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+,

      Ririmbe ishemezo ryiwe mw’ishengero ry’intahemuka+.

  • Yesaya 42:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+, ishemezo ryiwe kuva ku mpera y’isi+, mwebwe abamanuka ku kiyaga+ no ku bicuzuye, mwebwe mazinga namwe abayabamwo+!

  • Ivyahishuwe 5:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi baririmba ururirimbo rushasha+, bati: “Urabereye gutora uwo muzingo no kumatura udushashara twawo, kuko wishwe, kandi ukoresheje amaraso+ yawe ukaba waguriye+ Imana+ abantu bo mu muryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose n’ihanga ryose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika