2 Samweli 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ejo ni ho washika, none uno musi ntume uyererana+ natwe, kugira ngo uze urankurikira iyo nzoja hose? Subira inyuma, usubirane inyuma na bene wanyu, kandi Yehova akugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubwizigirwa+!” Hoseya 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nayo wewe, ubwirizwa kugaruka ku Mana yawe+, ukagumya ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubutungane+; niwame witeze Imana yawe+.
20 Ejo ni ho washika, none uno musi ntume uyererana+ natwe, kugira ngo uze urankurikira iyo nzoja hose? Subira inyuma, usubirane inyuma na bene wanyu, kandi Yehova akugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubwizigirwa+!”
6 “Nayo wewe, ubwirizwa kugaruka ku Mana yawe+, ukagumya ubuntu bwuzuye urukundo+ be n’ubutungane+; niwame witeze Imana yawe+.