Yeremiya 38:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Umwami Zedekiya abwira Yeremiya ati: “Ndatinya Abayuda bishikanye ku Bakaludaya+, kuko bohava bantanga mu kuboko kwabo na bo bakangirira nabi+.” Matayo 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+. Matayo 26:75 Bibiliya y’isi nshasha 75 Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yavuze ati: “Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.” Aca arasohoka hanze, ararira arabogoza+.
19 Maze Umwami Zedekiya abwira Yeremiya ati: “Ndatinya Abayuda bishikanye ku Bakaludaya+, kuko bohava bantanga mu kuboko kwabo na bo bakangirira nabi+.”
28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+.
75 Petero aca yibuka ijambo Yezu yari yavuze ati: “Imbere y’uko isake ibika, uza kunyihakana gatatu+.” Aca arasohoka hanze, ararira arabogoza+.