Nehemiya 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze ndababwira nti: “Twebwe ubwacu twaragize uko dushoboye tugaruza+ bene wacu b’Abayuda bari baragurishijwe ku mahanga; none namwe muce mugurisha bene wanyu+, kandi bagurishwe kuri twebwe?” Baca bacika nk’ibiragi, ntibaronka ico bavuga+. Imigani 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwuha ntahonikora nta bukene azogira+, mugabo uwunyegeza amaso yiwe azoronka imivumo myinshi+.
8 Maze ndababwira nti: “Twebwe ubwacu twaragize uko dushoboye tugaruza+ bene wacu b’Abayuda bari baragurishijwe ku mahanga; none namwe muce mugurisha bene wanyu+, kandi bagurishwe kuri twebwe?” Baca bacika nk’ibiragi, ntibaronka ico bavuga+.