13 ni co gituma iri kosa rizobabera nk’igihimba gisadutse kigira gitembe, ubuvyimbe ku ruhome rudugijwe hejuru cane+ rushobora gusenyuka bukwi na bukwi, mu kanya isase+.
3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+.