Gusubira mu vyagezwe 12:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+. Zaburi 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova ubwiwe asuzuma umugororotsi kimwe n’umubisha+,Kandi uwo wese akunda ubukazi umutima wiwe uramwanka koko+. Imigani 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ab’umutima uhetaraye ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abatagirako umugayo mu nzira yabo baramuhimbara+.
31 Ntuze ukore gutyo kuri Yehova Imana yawe+, kuko ikintu cose giteye ishishi kuri Yehova, ico yanka koko, ari co ayo mahanga yakoze ku mana zayo, kuko mbere n’abahungu bayo n’abakobwa bayo yama abaturira mu muriro ku bw’imana zayo+.
5 Yehova ubwiwe asuzuma umugororotsi kimwe n’umubisha+,Kandi uwo wese akunda ubukazi umutima wiwe uramwanka koko+.
20 Ab’umutima uhetaraye ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abatagirako umugayo mu nzira yabo baramuhimbara+.