Itanguriro 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+. Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. Guharura 35:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntimuze mwakire incungu yo gucungura umwicanyi akwiriye gupfa+, kuko akwiye kwicwa ata kabuza+. Gusubira mu vyagezwe 27:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)
10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
25 “‘Aravumwe umuntu yemera igiturire kugira akubite umuntu apfe, kandi ari amaraso y’intungane+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)