Imigani 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Inzu y’abinantaza Yehova azoyisambura+, mugabo azoshinga urubibe rw’umupfakazi+. Yesaya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aragowe umubisha!—Ivyago bari kumwe; kuko ivyo amaboko yiwe yagiriye abandi ari vyo azogirirwa+! Abaroma 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,
8 ariko ku banyamahane+ kandi bagambararira ukuri+ mugabo bakagamburukira ibitagororotse hazoba uburake n’ishavu+,