Itanguriro 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Nowa ati: “Injira mu bwato, wewe n’urugo rwawe+ rwose, kuko ari wewe nabonye ugororotse imbere yanje muri iri yaruka+. 1 Samweli 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Dawidi yama akorana ukwigengesera+ mu nzira ziwe zose, kandi Yehova yari kumwe na we+. 2 Ngoma 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe. Imigani 3:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+. Yesaya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimuvuge yemwe yuko umugororotsi bizomugendera neza+, kuko bazorya ivyamwa vy’ibikorwa vyabo+. Luka 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.
7 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Nowa ati: “Injira mu bwato, wewe n’urugo rwawe+ rwose, kuko ari wewe nabonye ugororotse imbere yanje muri iri yaruka+.
20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe.
32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+.
6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.