Imigani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova ubwiwe atanga ubukerebutsi+; mu kanwa kiwe havamwo ubumenyi n’ugutahura+.