Yohani 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bamaze kwitanga umusase, Yezu abwira Simoni Petero ati: “Simoni mwene Yohani, urankunda kurusha izi+?” Amubwira ati: “Egome, Mukama, urazi yuko nkwiyumvamwo+.” Amubwira ati: “Gaburira imyagazi yanje y’intama+.”
15 Bamaze kwitanga umusase, Yezu abwira Simoni Petero ati: “Simoni mwene Yohani, urankunda kurusha izi+?” Amubwira ati: “Egome, Mukama, urazi yuko nkwiyumvamwo+.” Amubwira ati: “Gaburira imyagazi yanje y’intama+.”