Yesaya 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ico gihe amaso y’impumyi azohumuka+, kandi amatwi y’ibipfamatwi azozibuka+.