32 “Ubu rero, ndakwinginze, nubaze ivyerekeye imisi ya kera+ y’imbere yawe, kuva umusi Imana yarema umuntu kw’isi+, no kuva ku mpera imwe y’amajuru gushika ku yindi: Hari ikintu na kimwe gikomeye cabaye kimeze nk’ico, canke ikintu cumvikanye kimeze nka co+?