Ezekiyeli 34:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+.
23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+.