Matayo 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.” 1 Timoteyo 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene. Tito 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 uwitanze+ ku bwacu kugira aturokore+ mu bugarariji bw’uburyo bwose yongere yihumanurire+ igisata yiharije+, kigirira umwete ibikorwa vyiza+. Abaheburayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.
28 Nk’uko Umwana w’umuntu yaje, atari kugira akorerwe, ariko kugira akorere abandi+, no kugira atange ubuzima bwiwe bwa ncungu* ya benshi+.”
6 uwitanze ngo abe incungu* y’indinganire ku bwa bose+... ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku bihe vyavyo nyene.
14 uwitanze+ ku bwacu kugira aturokore+ mu bugarariji bw’uburyo bwose yongere yihumanurire+ igisata yiharije+, kigirira umwete ibikorwa vyiza+.
28 ni ko na Kristu yashikanywe rimwe+ rizima kugira ngo yiremeke ibicumuro vya benshi+; kandi aho azobonekera+ irigira kabiri+ hazoba atari ku bw’igicumuro+, abonekere abamurindiranye igishika ku bw’ubukiriro bwabo+.