2 Ngoma 36:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+. Yesaya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+. Yesaya 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Aminjiriro yiwe azobwirizwa kugandara+ no guserura agahinda, kandi ata gukeka azokuburwa. Azokwicara hasi kw’isi+.” Yesaya 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+.
21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+.
7 Igihugu canyu ni umusaka+, ibisagara vyanyu biturijwe umuriro+; ubutaka bwanyu—neza na neza imbere yanyu ni ho ab’ahandi+ bariko baburīra bakabuherengeteza+, kandi uwo musaka umeze nk’ahubitswe n’ab’ahandi+.
26 Aminjiriro yiwe azobwirizwa kugandara+ no guserura agahinda, kandi ata gukeka azokuburwa. Azokwicara hasi kw’isi+.”
24 Raba! Yehova agira acuranure igihugu akigire igiharabuga+, kandi yagoramitse mu maso haco+, asanzaza abakibamwo+.