ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Uzobagira nk’itanure ry’umuriro ku gihe cashinzwe c’uko ubiraba+.

      Yehova mw’ishavu ryiwe azobamira, kandi umuriro uzobarigata+.

  • Yesaya 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ku bw’ivyo ibi ni vyo Umukama w’ukuri, Yehova nyen’ingabo, wa Munyabubasha wa Isirayeli+, avuze: “Ahaa! Nzokwikurako abansi banje, kandi nzokwihora+ abansi banje+.

  • Gucura intimba 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova yimaze ishavu+. Yasutse ubushangashirwe bwiwe bururumba+.

      Adomeka umuriro muri Siyoni, ukarigata imishinge yaho+.

  • Ezekiyeli 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ishavu ryanje ntirizobura kurangira+, mpoyahoyere ubushangashirwe bwanje kuri bo+, nihoze+; kandi bazobwirizwa kumenya ko ari jewe Yehova navuze, kubera yuko nsaba nshimitse ko niheberwa jenyene gusa+, ninabarangirizako ubushangashirwe bwanje.

  • Luka 19:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Vyongeye, abo bansi banje batashatse yuko ndababera umwami nimubazane ng’aha mubicire imbere yanje+.’ ”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika