Ezira 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Hahezagirwe Yehova Imana ya ba sogokuruza bacu+, we yashize ikintu nk’ico mu mutima+ w’umwami, kugira ngo asharize+ inzu ya Yehova iri i Yeruzalemu! Nehemiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nongera kubwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza, nimpabwe amakete+ nshira ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi+, kugira bandeke ndengane gushika nshitse muri Yuda; Yesaya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.” Ivyahishuwe 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi amahanga azogenda amurikiwe n’umuco waco+, kandi abami b’isi bazozana muri co ubuninahazwa bwabo+.
27 Hahezagirwe Yehova Imana ya ba sogokuruza bacu+, we yashize ikintu nk’ico mu mutima+ w’umwami, kugira ngo asharize+ inzu ya Yehova iri i Yeruzalemu!
7 Nongera kubwira umwami nti: “Nimba umwami abona ko ari vyiza, nimpabwe amakete+ nshira ba buramatari+ bo hakurya ya rwa Ruzi+, kugira bandeke ndengane gushika nshitse muri Yuda;
23 Abami bazokubera ababungabunzi+, abaganwakazi babo na bo bakubere abarezi. Bazokwunamira bubarare hasi+, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe+; kandi uzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, kandi abanyizigiye sinzobamaramaza+.”
24 Kandi amahanga azogenda amurikiwe n’umuco waco+, kandi abami b’isi bazozana muri co ubuninahazwa bwabo+.