Yesaya 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni co gituma Yehova ubwiwe azobaha ikimenyetso: Raba! Umwigeme+ azokwibungenga koko+, avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli. Luka 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+. Luka 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kuko uno musi Umukiza+ yabavukiye, akaba ari Kristu Umukama+, mu gisagara ca Dawidi+.
14 Ni co gituma Yehova ubwiwe azobaha ikimenyetso: Raba! Umwigeme+ azokwibungenga koko+, avyare umuhungu+, kandi azomwita Emanweli.
35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+.