-
Daniyeli 2:35Bibiliya y’isi nshasha
-
-
35 Uwo mwanya, ca cuma, rya bumba ribumbabumvye, wa mujumpu, ya feza na ya nzahabu, vyose hamwe, birajanjagurwa bicika nk’umuguruka uvuye ku mbuga y’ikubitiro yo mu ci+, maze umuyaga urabijana ku buryo ata n’ikanda ryavyo riboneka+. Nya buye ryari rikubise ico gishusho ricika umusozi munini, ryuzura isi yose+.
-