-
Zefaniya 2:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Ku bw’ivyo rero, ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo* avuze, ya Mana ya Isirayeli, “Mowabu izocika nka Sodomu+, bene Amoni+ na bo bacike nka Gomora, ahiganziwe n’ibisuru, habe icobo c’umunyu n’igiharabuga, emwe, gushika igihe kitagira urugero*+. Bazosahurwa n’abasigaye bo mu bantu banje, kandi amasigarira y’ihanga ryanje azobigarurira+.
-