2 Abami 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+. 2 Ngoma 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye, umwami+ wa Misiri yimika Eliyakimu+ mwene wabo ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; mugabo mwene wabo Yehowahazi, Neko+ aramufata amujana mu Misiri+.
34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+.
4 Vyongeye, umwami+ wa Misiri yimika Eliyakimu+ mwene wabo ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; mugabo mwene wabo Yehowahazi, Neko+ aramufata amujana mu Misiri+.