Yeremiya 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye, amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere+, ijwi ry’umukobwa wa Siyoni aguma ahezagirika. Aguma agaranzura ibiganza+ ati: “Noneho ndagowe, kuko umutima wanje uruhijwe n’abicanyi+!”
31 Kuko numvise ijwi nk’iry’umugore arwaye, amarushwa nk’ay’umugore ariko yibaruka umwana wiwe wa mbere+, ijwi ry’umukobwa wa Siyoni aguma ahezagirika. Aguma agaranzura ibiganza+ ati: “Noneho ndagowe, kuko umutima wanje uruhijwe n’abicanyi+!”