1 Abami 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yuda+ na Isirayeli bibandanya kwiberaho mu mutekano+, umuntu wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti c’umusukoni+ ciwe, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mu misi yose ya Salomo. Hoseya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.” Zakariya 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.
25 Yuda+ na Isirayeli bibandanya kwiberaho mu mutekano+, umuntu wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti c’umusukoni+ ciwe, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mu misi yose ya Salomo.
7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”
6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.