Yesaya 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi igihugu cahumanijwe munsi y’abakibamwo+, kuko barenze amategeko+, bahinduye ingingo nyobozi+, barenze kw’isezerano+ ryamaho igihe kitagira urugero. Yeremiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Amaherezo narabazanye mu gihugu c’imirima y’ivyamwa, kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje, muhumanya igihugu canje; intoranwa yanje mwayigize ikintu giteye ishishi+.
5 Kandi igihugu cahumanijwe munsi y’abakibamwo+, kuko barenze amategeko+, bahinduye ingingo nyobozi+, barenze kw’isezerano+ ryamaho igihe kitagira urugero.
7 “Amaherezo narabazanye mu gihugu c’imirima y’ivyamwa, kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje, muhumanya igihugu canje; intoranwa yanje mwayigize ikintu giteye ishishi+.