Yeremiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+. Yeremiya 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi nimutavyumva+, umutima wanje uzoririra mu bwihisho kubera ubwishime bwanyu, ukorore amosozi koko; ijisho ryanje rizotemba amosozi+, kuko ubusho+ bwa Yehova buzoba bwatwawe ari imbohe. Yeremiya 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Uze ubabwire iri jambo uti: ‘Amaso yanje natembe amosozi ijoro n’umurango, ntahagarike+, kuko umukobwa w’isugi w’abantu banje avunitse agasenyuka bimwe bikomeye+, akagira uruguma rusesereza cane+. Gucura intimba 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umutima wabo watakambiye Yehova+, ewe ruhome rw’umukobwa wa Siyoni+!Reka amosozi atembe nk’uruzi rw’isumo umurango n’ijoro+.Ntutimbe. Imbone y’ijisho ryawe ntireke kurira.
9 Ese iyo umutwe wanje uba wari amazi, n’amaso yanje akaba yari isôko ry’amosozi+! Norize rero umurango n’ijoro ndirira abagandaguwe b’umukobwa w’abantu banje+.
17 Kandi nimutavyumva+, umutima wanje uzoririra mu bwihisho kubera ubwishime bwanyu, ukorore amosozi koko; ijisho ryanje rizotemba amosozi+, kuko ubusho+ bwa Yehova buzoba bwatwawe ari imbohe.
17 “Uze ubabwire iri jambo uti: ‘Amaso yanje natembe amosozi ijoro n’umurango, ntahagarike+, kuko umukobwa w’isugi w’abantu banje avunitse agasenyuka bimwe bikomeye+, akagira uruguma rusesereza cane+.
18 Umutima wabo watakambiye Yehova+, ewe ruhome rw’umukobwa wa Siyoni+!Reka amosozi atembe nk’uruzi rw’isumo umurango n’ijoro+.Ntutimbe. Imbone y’ijisho ryawe ntireke kurira.