Gusubira mu vyagezwe 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+. Yeremiya 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nzogira ico ndababaza+ nisunze ivyamwa vy’ibikorwa vyanyu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzodomeka umuriro mu kibira ciwe+, urigate koko ibintu vyose biri irya n’ino yiwe+.’”
22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.
14 nzogira ico ndababaza+ nisunze ivyamwa vy’ibikorwa vyanyu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzodomeka umuriro mu kibira ciwe+, urigate koko ibintu vyose biri irya n’ino yiwe+.’”