2 Abami 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+.
34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+.