2 Ngoma 36:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+. Yeremiya 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ‘Vy’ukuri amaso yawe n’umutima wawe nta handi biri atari ku nyungu y’akarenganyo yawe+, no ku maraso y’intungane kugira ngo uyasese+, no ku kugunga no ku kunyaga, kugira ngo ubikore.’
5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+.
17 ‘Vy’ukuri amaso yawe n’umutima wawe nta handi biri atari ku nyungu y’akarenganyo yawe+, no ku maraso y’intungane kugira ngo uyasese+, no ku kugunga no ku kunyaga, kugira ngo ubikore.’