Zaburi 104:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+. Yesaya 42:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+: Ivyakozwe 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.
29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+.
5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+:
25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose.